1 Yohana 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Tuvuze yuko dufatanije na yo, tukagendera mu mwiza, kuba ar’ ukubesha, ntituba dukora ivy’ ukuri. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Nimba tuvuga ko dufatanije na yo ariko tukagendera mu mwijima, turi ababeshi kandi ntidukora ivy’ukuri. Gade chapit la |