1 Yohana 1:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Icariho uhereye ubga mbere na mbere, ico twumvise, ico twabonye n’amaso yacu, ico twitegereje, intoke zacu zikagikorako, ivyo kuri Jambo w’ubugingo — Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe1 Ico tubabwira ni Jambo w’ubugingo yamyeho kuva mu ntango; uwo twumvise tukamubona n’amaso yacu, uwo twihweje kandi twakozeko n’iminwe yacu. Gade chapit la |