Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Samweli 8:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Maze Samweli ageze mu zabukuru, abahungu biwe abagira abacamanza b’Abisirayeli;

Gade chapit la Kopi




1 Samweli 8:1
9 Referans Kwoze  

Ndakwihanikiririza mu nyonga z’Imana na Yesu Kristo n’imbere y’abamarayika bātoranijwe, witondere ivyo, ntuce urw’ umwe, ntukore ivyo guca urwa nkunzi.


Ndaheza nzeza igisagara c’i Yerusalemu mwene wacu Hanani, bo na Hananiya umukuru w’iboma y’abashibamyi, kukw ar’ umuntu yizigirwa, yubaha Imana kurusha benshi;


Kandi yar’ afise abahungu mirongwine n’abuzukuru mirongwitatu, bāgendera ku ndogoba mirongwirindwi; amara imyaka munani acira imanza Abisirayeli.


Kandi yar’ afise abahungu mirongwitatu, bagendera ku ndogoba mirongwitatu nyene, kandi bari bafise ibisagara mirongwitatu vyitwa Havoti‐yayiri, kandi ni ko bicitwa na bugingo n’ubu; biri mu gihugu c’i Gileyadi.


Yemwe abagendera ku ndogoba z’ibihororo, Yemwe abīshānyāngira ku mikeka myiza, Yemwe abari ku nzira, ni muririmbe.


Eh’ umwami azobarōngōra nguyo; jeho ndashaje, mmeze imvi; kandi rāba abahungu banje muri kumwe: nanje murazi ko nabarōngōye uhereye mu buto bganje ugashitsa n’ubu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite