Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Samweli 1:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Maze barangije kurya no kunywa aho bāri bari i Shilo, Hana ava hasi. Kandi Eli umuherezi yari yicaye ku ntebe yiwe ku gishimaryango mu rusengero rw’Uhoraho.

Gade chapit la Kopi




1 Samweli 1:9
9 Referans Kwoze  

itara ry’Imana ritarazima, Samweli na we aryamye mu rusengero rw’Uhoraho, ah’ isandugu y’ Imana iba,


Ico nsaba Uhoraho ni kimwe, ni co nzohora nitwaririka: N’ukuba mu ngoro y’Uhoraho imisi yose y’ubugingo bganje, Nkarāba ubgiza bg’Uhoraho, nkihweza urusengero rwiwe.


Ariko jeho, ubginshi bg’imbabazi zawe buzonyinjiza mu ngoro yawe, Nzokwikubita hasi nsenge nkwubashe, nerekeye urusengero rwawe rwera.


abarira ūvugishwa n’Imana Natani, at’ Ehe jewe mba mu nzu yubakishijwe amasederi, na yo isandugu y’Imana iba mw ihema gusa.


Nuko Samweli araryama, ageza mu gitondo; aravyuka, yugurura inzugi z’inzu y’Uhoraho; arikw atinya kubarira Eli ivyo yeretswe.


Ijwi ry’Uhoraho riramburuza impongokazi, Kandi rigakōkōra ikibira; Kandi mu rusengero rwiwe vyose bikavuga, bit’ Icubahiro kibe icawe.


shebuja amuzane aho ndi, jewe Imana, aheze amuhagarike ku rugi canke ku gishimaryango, amutoboze ugutwi umugera; uwo az’ arinde apfa akimujākariye.


Maze Hana asenga Uhoraho afise intuntu, arira cane,


Kand’ aho yaza, Eli yari yicaye ku ntebe yiwe i ruhande y’inzira, ategereye agakuru, kuko yar’ ahagaritswe umutima n’isandugu y’Imana. Nuk’ uwo muntu ashitse mu gisagara, avuga inkuru z’ivyabaye; abo mu gisagara bose bacura umuborogo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite