Yuda 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bababwiye bati: “Mu bihe vy’iherezo hazobaho abacokoranyi bakurikira ivyipfuzo vyabo vyo kutubaha Imana.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ko bābabgiye, bati Mu gihe c’iherezo hazoboneka abacokoranyi bagenda bakurikira ukwifuza kwabo kwo kutubaha Imana. Gade chapit la |