Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Wa muntu aravuga ati: “Mwami, ndizeye.” Nuko aca aramwunamira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Na we ati Ndizeye, Mwami. Araheza aramupfukamira.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:38
10 Referans Kwoze  

Ubwo nyene, Yesu aca ahura na bo arabaramutsa. Na bo baramwegera bamufata ku birenge baramusenga.


Abari mu bwato bose bamuha icubahiro, bavuga bati: “Ni ukuri uri Umwana w’Imana.”


Toma aramubwira ati: “Mwami wanje, Mana yanje!”


Baca barapfukama baramusenga, hanyuma basubira i Yerusalemu buzuye umunezero mwinshi.


Bamubonye, baramusenga, ariko bamwe muri bo barakekeranya.


Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.”


Yesu aca aravuga ati: “Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo impumyi zihumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite