Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Yesu aramubwira ati: “Wamaze kumubona kuko ni we muriko muravugana.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Yesu aramubgira, ati Wamubonye, kandi ni we muriko muravugana.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:37
10 Referans Kwoze  

Yesu aramubwira ati: “Jewe nyene turiko turavugana, ni jewe Kristo.”


Umuntu wese ahisemwo gukora ivyo Imana ishaka azotahura nimba inyigisho zanje ziva ku Mana canke ko ari amajambo yanje gusa.


Uwo mwanya Yesu aravuga ati: “Ndagushima Data, Mwami w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije abigira abanyabwenge n’abahinga, ukabihishurira abameze nk’abana bato.


Wa muntu aravuga ati: “Mwami, ndizeye.” Nuko aca aramwunamira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite