36 Wa muntu aramubaza ati: “Yoba ari nde ga nyakwubahwa, kugira ngo ndamwizere?”
36 Na we aramwishura, ati Ni nde ga Mugenzi, nkamwizera?
None abantu bokwambaza bate uwo batarizera? Kandi bomwizera bate batarumva ivyiwe? Canke bokwumva ivyiwe bate ata wubibabwiye?
Yesu ahindukiye, abona ko bamukurikiye. Arababaza ati: “Mwipfuza iki?” Baramwishura bati: “Rabi (bisigura ‘Mwigisha’), watse indaro he?”
“Mbega woba uri umwe yategerezwa kuza, canke twitege uwundi?”
Yesu aramubwira ati: “Wamaze kumubona kuko ni we muriko muravugana.”