33 Iyo uwo muntu ataba yaje ava ku Mana, nta co yari gushobora gukora.”
33 Iyaba uyo atāvuye ku Mana, nta co yoshoboye gukora.
Bamwe mu Bafarisayo baravuga bati: “Uwu muntu yakoze ibi ntava ku Mana, kuko ntiyubahiriza umusi w’Isabato.” Ariko abandi barabaza bati: “None umunyavyaha yoshobora gukora ibitangaza nk’ibi?” Maze ivyo bituma bacanamwo.
Umusi umwe aza kuraba Yesu mw’ijoro aramubwira ati: “Rabi, turazi ko uri umwigisha yavuye ku Mana, kuko nta muntu yoshobora gukora ibitangaza ukora, Imana itari kumwe na we.”
Nta muntu n’umwe yari bwumve aho umuntu yakijije uwavutse ari impumyi.