Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Nta muntu n’umwe yari bwumve aho umuntu yakijije uwavutse ari impumyi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Uhereye kera hose ntihumvikanye ko har’ umuntu yahumūye amaso y’uwavutse ar’ impumyi.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:32
7 Referans Kwoze  

Ubwo nyene haca haboneka imiravyo, humvikana urwamo rwinshi, imituragaro na nyamugigima ikomeye itari yigere kubaho kuva abantu babaho kw’isi. Iyo nyamugigima yari iteye ubwoba cane.


(nk’uko yabisezeranye kera ikoresheje abavugishwa bayo bera),


Turazi ko Imana itumva ugusenga kw’abanyavyaha, ariko ko yumva ugusenga kw’umuntu ayubaha agakora ivyo ishaka.


Iyo uwo muntu ataba yaje ava ku Mana, nta co yari gushobora gukora.”


Ariko abandi bavuga bati: “Aya majambo si ay’umuntu aboshwe n’umudayimoni. Mbega umudayimoni yohumura amaso y’impumyi?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite