Yohana 9:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Turazi ko Imana itumva ugusenga kw’abanyavyaha, ariko ko yumva ugusenga kw’umuntu ayubaha agakora ivyo ishaka. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Turazi kw Imana itumviriza abanyavyaha, arik’ ūyubaha, agakora ivyo igomba, uwo ni we yumviriza. Gade chapit la |