Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Wa muntu yahoze ari impumyi arabishura ati: “Ivyo biratangaje cane! Ntimuzi iyo yaje ava, kandi yampumuye?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Wa muntu arabishura, at’ Erega n’igitangaza ko mutazi ah’ aturuka, kand’ ari we yahumūye amaso yanje.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:30
13 Referans Kwoze  

Naho Yesu yakoreye ibitangaza vyinshi imbere y’abantu, benshi ntibamwizeye.


Yesu aramwishura ati: “Wewe ko uri umwigisha yubashwe muri Isirayeli, bigenda gute ngo ntutahure ibi?


Imana yavuze iti: “Ahari umwijima nihabe umuco,” yatumye umuco wayo ukayangana mu mitima yacu kugira ngo turonke ugutahura ivy’ubwiza bw’Imana bukayanganira kuri Yesu Kristo.


Maze abarira ba bigishwa ati: “Genda mubarire Yohana ivyo mwabonye n’ivyo mwumvise: impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa Ubutumwa Bwiza.


impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa ubutumwa bwiza.


Maze atangazwa cane n’ukutizera kwabo. Nuko Yesu agendagenda yigisha, ava mu mihana aja mu yindi.


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Turazi ko Imana yavuganye na Mose, ariko ntituzi iyo uwo muntu yaje ava.”


Turazi ko Imana itumva ugusenga kw’abanyavyaha, ariko ko yumva ugusenga kw’umuntu ayubaha agakora ivyo ishaka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite