Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Baca baramutuka, bamubwira bati: “Ni wewe uri umwigishwa wiwe, twebwe turi abigishwa ba Mose!

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Baramutuka, bati Ni wewe mwigishwa wiwe, natwe tweho tur’ abigishwa ba Mose.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:28
12 Referans Kwoze  

None kuri wewe bimeze gute? Wiyita Umuyuda, ukishimikiza ivyagezwe vy’Imana, ukishimira ko ufitaniye imigenderanire idasanzwe n’Imana.


Abamututse ntiyabihora, canke ngo ahige kwihora abamuteje imibabaro. Ivyo yabirekeye Imana yoyo ica imanza ziroranye.


abasuma, ingunge, imborerwa, abavuga nabi abandi, n’abambuzi ntibazoragwa Ubwami bw’Imana.


Dukoresha amaboko yacu tukaruha kugira ngo turonke ibidutunga. Duhezagira abatuvuma, tukihanganira guhamwa.


Baramwishura bati: “Wewe wavukiye mu vyaha wongera ubikuriramwo, none uriko uratwigisha!” Nuko baca baramwirukana mu rusengero.


Mbega Mose ntiyabahaye Ivyagezwe? Ariko nta n’umwe muri mwebwe avyubahiriza. Ni kuki mushaka kunyica?”


Abahita bakagenda baramutuka bamuzunguriza umutwe,


Namwe muzoba muhiriwe abantu nibabatuka, bakabahama, bakabavugako ibibi vyinshi babampora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite