Yohana 9:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Arabishura ati: “Ivyo namaze kubibabwira ariko ntimwashatse kuvyumva. Ni kuki mushaka kuvyumva kandi? Mwoba mushaka kuba abigishwa biwe namwe?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Arabishura, ati Namaze kubibabgira, ko mutavyumvise? Mugombera iki gusubira kuvyumva? Mbega namwe mugomba kuba abigishwa biwe? Gade chapit la |