Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ariko ntituzi uko vyagenze ngo ahumuke kandi ntituzi uwamukijije. Nimumwibarize arakuze, arashobora kwivugira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 arikw icatumye abona ubu, ntitukizi, kandi n’uwamuhumūye, tweho ntitumuzi. Mumwibarize, n’umugabo, arivugira.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:21
7 Referans Kwoze  

Abavyeyi biwe barabishura bati: “Ico tuzi, ni umwana wacu kandi yavutse ari impunyi.


Abavyeyi biwe bishuye uko kuko batinya abakuru b’Abayuda. Abo bakuru bari bafashe ingingo ko umuntu wese azovuga ko Yesu ari Kristo azokwirukanwa mu rusengero.


Ni co gituma bavuze bati: “Nimumwibarize, arakuze.”


Hariho umugore yari amaze imyaka cumi n’ibiri agwaye ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso, vyaranse ko akira.


Umwe muri bo, yari amaze imyaka mirongo itatu n’umunani arwaye.


Baramubaza bati: “None vyagenze gute ngo amaso yawe ahumuke?”


Maze ahasanga umugabo yitwa Ayineya, yari amaze imyaka umunani avundiye ku kirago kuko yari yarakongataye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite