Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Abavyeyi biwe barabishura bati: “Ico tuzi, ni umwana wacu kandi yavutse ari impunyi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Abavyeyi biwe barabishura, bat’ Uyu turazi kw ar’ umwana wacu, kandi ko yavutse ar’ impumyi;

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:20
3 Referans Kwoze  

Bashitse, barababaza bati: “Uwu yoba ari umuhungu wanyu? Yoba yavutse ari impumyi? None habaye iki ko abona?”


Ariko ntituzi uko vyagenze ngo ahumuke kandi ntituzi uwamukijije. Nimumwibarize arakuze, arashobora kwivugira.”


Yesu abaza se wa wa mwana ati: “Ibi vyatanguye kumushikira ryari?” Na we arishura ati: “Kuva akiri umwana muto cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite