Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Bashitse, barababaza bati: “Uwu yoba ari umuhungu wanyu? Yoba yavutse ari impumyi? None habaye iki ko abona?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 barababaza, bati Mbeg’ uyu n’umwana wanyu, mwebge muvuga ko yavutse ar’ impumyi? None yahumūtse ate?

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:19
5 Referans Kwoze  

Ariko kubera babona uwo muntu yakize ahagararanye na bo, nta co bari bafise bashobora gusubizayo.


bamenya ko ari umwe yahora yicara asegerereza kw’irembo ry’urusengero ryitwa Irembo Ryiza, barumirwa cane, batangazwa n’ivyamubayeko.


Abakuru b’Abayuda baranse kwemera ko yahora ari impumyi none akaba yakize, kugeza batumyeko abavyeyi biwe.


Abavyeyi biwe barabishura bati: “Ico tuzi, ni umwana wacu kandi yavutse ari impunyi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite