Yohana 9:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Abakuru b’Abayuda baranse kwemera ko yahora ari impumyi none akaba yakize, kugeza batumyeko abavyeyi biwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maz’ Abayuda ntibemera ivy’ uwo, yuko yamye ar’impumyi, agaheza agahumūka, kugeza aho bāhamagariye abavyeyi b’uwahumūtse, Gade chapit la |