Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Abafarisayo na bo babaza wa muntu ingene yahumutse, na we abishura ati: “Yansize utwondo ku maso, nca ndiyuhagira, none ndabona.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Abafarisayo basubira kumubaza ingene yahumūtse, na we arababgira, ati Yansīze utwondo ku maso, ndiyuhagira, ndahumūka.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:15
4 Referans Kwoze  

Nuko basubira kubaza umwe yahoze ari impumyi bati: “None wewe wibaza iki kuri uwo muntu yagukijije ubuhumyi?” Wa muntu arabishura ati: “Ni uwuvugishwa n’Imana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite