Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ba bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo babandanije bamubaza, aca urunamuka arababwira ati: “Umuntu atagira icaha muri mwebwe nabe ari we aba uwa mbere mu kumutera ibuye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Maze bakobeje kumubaza, arunamuka, arababgira, at’ Ūtagira icaha muri mwebge n’abe ari we abanza kumutera ibuye.

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:7
18 Referans Kwoze  

Ibiyago vyanyu bibe vyuzuyemwo ubuntu, birunzwe umunyu, kugira ngo mumenye uko mwishura umuntu wese.


None rero niwihane. Ahandi ho nzoza vuba kukugwanya nitwaje inkota yo mu kanwa kanje.


Mu kanwa kiwe havamwo inkota ikarishe; kandi iyo ni yo yakubitisha amahanga. “Azoganzisha amahanga agacinyizo.” Azorekura ubushangashirwe bw’Imana Mushoboravyose nk’uwuganira inzabibu mu bwato.


Mu kuboko kwiwe kw’i buryo yari afise inyenyeri indwi, kandi mu kanwa kiwe havamwo inkota y’ubugi bubiri ikarishe. Mu maso hiwe harakayangana nk’izuba ryo ku murango.


Ba barinzi barabishura bati: “Nta muntu yigeze kuvuga nk’uko uwu mugabo avuga!”


Aca asubira kwunama abandanya yandika hasi.


Yesu arunamuka aramubaza ati: “Mbega abariko barakwagiriza bagiye he? Nta n’umwe yaguciriye urubanza?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite