Yohana 8:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe57 Abayuda baramubaza bati: “Nta n’imyaka mirongo itanu uramara none uvuze ngo warabonye Aburahamu?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Nuko rer’ Abayuda baramubgira, bat’ Ube utaramara imyaka mirongwitanu, ngo warabonye Aburahamu? Gade chapit la |