Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

50 Jewe sinironderera icubahiro; ariko hariho uwukindonderera kandi ni we mucamanza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Jewe sinironderera icubahiro, harih’ ūkindonderera, kandi ni we Kamaramagambo.

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:50
6 Referans Kwoze  

Jewe sindondera gushimwa n’abantu,


Yesu arabishura ati: “Nimba niha icubahiro, icubahiro canje nta co kimaze. Data, uwo muvuga ko ari Imana yanyu, ni we ampa icubahiro.


Uwuvuga amajambo yiwe ubwiwe, aba arondera icubahiro ciwe, ariko uwurondera icubahiro c’uwamutumye avuga ukuri, nta binyoma biri muri we.


Ariko ntimwibaze ko ari jewe nzobagiriza imbere ya Data. Uwubagiriza ni Mose, uwo mwizigiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite