Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Abigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo bazana umugore bafashe ariko arasambana, bamuhagarika imbere y’abari aho bose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo bamuzanira umugore, afashwe asambana, bamushira hagati,

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:3
10 Referans Kwoze  

Kare mu gitondo c’umusi ukurikira asubira mu rusengero, maze abantu bakoranira aho ari, na we aricara arabigisha.


Babaza Yesu bati: “Mwigisha, uwu mugore yafashwe ariko arasambana.


Bavyumvise, baca batangura gusohoka umwe umwe uhereye ku bakuze, kugeza aho Yesu asigarana na wa mugore ahagaze imbere yiwe.


Nuko barengutsa Petero na Yohana, batangura kubabazagiza bati: “Ni mu buhe bushobozi, canke mw’izina rya nde mwakoze ivyo?”


Aca akoranya abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe, ababaza ati: “Vyanditswe ko Kristo azovukira hehe?”


Nuko bajana wa muntu yahoze ari impunyi imbere y’Abafarisayo,


Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite