Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Yesu arabandanya ati: “Mwebwe muri abo kuri iyi si, ariko jewe nkomoka hejuru. Muri ab’ino si, ariko jewe sindi uw’ino si.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Na we arababgira, ati Mwebge mwamutse hasi, jeho namutse iyo hejuru; mwebge mur’ab’ iyi si, jeho sind’ uw’ iyi si.

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:23
15 Referans Kwoze  

Uwamanutse ava mw’ijuru aruta bose, uwaje ava kw’isi ni uw’isi kandi avuga nk’uw’isi nyene, ariko uwaje ava mw’ijuru aruta bose.


Si ab’isi, nk’uko nanje ntari uwayo.


Nabahaye ijambo ryawe, kandi isi yarabanse kuko batakiri abayo, nk’uko nanje ntari uwayo.


Yemwe basambanyi! Ntimuzi ko gukunda ivy’isi ari ukuba umwansi w’Imana? Uwuhisemwo gucudika n’isi aba abaye umwansi w’Imana.


Nta n’umwe arigera aduga mw’ijuru, kiretse Umwana w’Umuntu yamanutse avayo.


Jambo yahindutse umuntu abana natwe, yuzuye ubuntu n’ukuri. Natwe twariboneye ubwiza bwiwe; ni ubwiza bw’Umwana w’ikinege akura kuri Se.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite