Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Ba barinzi barabishura bati: “Nta muntu yigeze kuvuga nk’uko uwu mugabo avuga!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Abagendanyi barabishura, bat’ Erega ntihigeze kuboneka umuntu avuga nka we.

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:46
5 Referans Kwoze  

Bose baramushima, batangazwa n’amajambo arimwo ubuntu bw’Imana yava mu kanwa kiwe, babazanya bati: “Mbega uwu si wa muhungu wa Yosefu?”


Raba, ariko aravuga ku mugaragaro, kandi nta co bamugize. None abakuru boba bemeye vy’ukuri ko ari we Kristo?


maze abantu batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko zarimwo ububasha.


Abafarisayo bumvise ivyo abantu bariko barongoreranira kuri Yesu, baca bafatanya n’abakuru b’abaherezi batuma abarinzi b’urusengero gufata Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite