Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Hanyuma abarinzi b’urusengero bagarutse aho abaherezi bakuru n’Abafarisayo bari batazanye Yesu, barababaza bati: “Ni kuki mutamuzanye?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Nuko ba bagendanyi basubira ku baherezi bakuru n’Abafarisayo, na bo barababaza, bati Ko mutamuzanye?

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:45
6 Referans Kwoze  

Abafarisayo bumvise ivyo abantu bariko barongoreranira kuri Yesu, baca bafatanya n’abakuru b’abaherezi batuma abarinzi b’urusengero gufata Yesu.


Ariko Petero aguma inyuma yiwe, amukurikira agendera kure, kugeza ashitse mu rugo rw’umuherezi mukuru. Ashitse yicarana n’abarinzi b’urugo arindira kuraba ingene bija kurangira.


Abavyeyi biwe bishuye uko kuko batinya abakuru b’Abayuda. Abo bakuru bari bafashe ingingo ko umuntu wese azovuga ko Yesu ari Kristo azokwirukanwa mu rusengero.


Ariko bamwe muri bo baciye baja ku Bafarisayo bababwira ivyo Yesu yakoze.


Nuko abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo baca bakoranya inama nkuru y’abatwara ubwoko bw’Abayuda. Barabazanya bati: “Dukore iki? Uwu mugabo ariko akora ibitangaza vyinshi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite