Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Uwunyizera wese, inzuzi z’amazi y’ubugingo zizotemba ziva mu mutima wiwe, nk’uko Ivyanditswe bivuga.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Ūnyizera, inzūzi z’amazi y’ubugingo zizotemba ziva mu nda yiwe, nk’ukw ivyanditswe bivuga.

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:38
16 Referans Kwoze  

ariko uwunywa amazi ntanga ntazosubira kugira inyota. Ahubwo ayo mazi azohinduka isoko ridudubiza muri we, rizana ubugingo budashira.”


Yesu aramwishura ati: “Iyo uba wari uzi ingabire y’Imana, akamenya n’uwugusavye amazi yo kunywa uwo ari we, wari kumusaba na we akaguha amazi y’ubugingo.”


(kuko icamwa c’umuco ni ineza y’uburyo bwose, ukugororoka n’ukuri),


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite