Yohana 7:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Yashatse kuvuga iki aho yavuga ngo: ‘Muzondondera ariko ntimuzombona,’ canke ngo: ‘aho ngiye ntimushobora kuhashika’?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Mbeg’ iryo jambo atubgiye n’iriki, ngo Muzondondera, ariko ntimuzombona, kandi ngw Iyo nzoba ndi mwebge ntimuzoshobora gushikayo? Gade chapit la |