Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ariko namwe iyo mwubahiriza icagezwe ca Mose co gukeba abana b’abahungu ku musi w’Isabato, ico na co ni igikorwa. (Ariko ico cagezwe nticazanywe na Mose, catanguriye kuri ba sogokuruza.)

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Mose yabahaye ugukebga — mugabo ntikwavuye kuri Mose, ni kuri ba sogokuruza banyu — kandi murakeba umuntu kw isabato.

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:22
6 Referans Kwoze  

Ico ngomba kubabwira aha ni iki? Nuko isezerano Imana yagiraniye na Aburahamu ritashoboye gukurwaho n’inyuma y’imyaka amajana ane na mirongo itatu igihe Imana yaha Mose ivyagezwe. Imana yari kuba irenze amasezerano.


Nuko ica iha Aburahamu isezerano ryo gukebwa. Aburahamu na we avyara Isaka, amukeba ku musi ugira umunani. Isaka avyara Yakobo aramukeba, Yakobo na we avyara ba sogokuruza cumi na babiri, na we arabakeba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite