Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Yesu arababwira ati: “Nakoze igitangaza kimwe ku musi w’Isabato mwese muratangara.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Yesu arabishura, ati Nakoze igikorwa kimwe, mwese muratangara.

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:21
3 Referans Kwoze  

Nimba mushobora gukeba umwana w’umuhungu ku musi w’Isabato kugira ngo mwubahirize icagezwe ca Mose, ni kuki munshavurira iyo nkijije umuntu ku musi w’Isabato.


Nuko abakuru b’Abayuda batangura guhama Yesu, kuko yakoze ivyo ku musi w’Isabato.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite