Yohana 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko bene nyina bamaze kugenda ku musi mukuru, Yesu na we aragenda ariko ntiyajayo ku mugaragaro, agenda yinyegeje. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Bene nyina bamaze kudūga i Yerusalemu kumara iyo misi mikuru, na we aradūga, ntiyibonekeza, arikw agenda nk’uwomba. Gade chapit la |