Yohana 7:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Inyuma y’ivyo, Yesu agendagenda mu ntara ya Galilaya. Ntiyashaka kugenda mu ntara ya Yudaya kuko abakuru b’Abayuda baho bariko barondera ingene bomwica. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hanyuma y’ivyo Yesu agendagenda i Galilaya: ntiyashaka kugendagenda i Yudaya, kukw Abayuda bārondera ingene bomwica. Gade chapit la |