Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:67 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

67 Yesu ahindukirira bamwe cumi na babiri arababaza ati: “Mbega namwe murashaka kwigira?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

67 Yesu abaza bamwe cumi na babiri, ati Mbega namwe muragomba kwīgīra?

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:67
8 Referans Kwoze  

Yesu aca arababwira ati: “Sinabatoranije muri cumi na babiri? Ariko umwe muri mwebwe ni uwa Satani.”


Aya ni yo mazina y’abigishwa biwe cumi na babiri: uwa mbere ni Simoni, yongera akitwa Petero, hamwe na mwene nyina Andereya, hagakurikira Yakobo mwene Zebedayo, na mwene nyina Yohana;


Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.


Toma (uwo batazira Ihasa), umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, ntiyari kumwe n’abandi bigishwa igihe Yesu yaza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite