Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:64 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

64 Ariko bamwe muri mwebwe ntibizera.” Kuko kuva mu ntago, Yesu yari azi abatizera n’uwuzomugurisha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

64 Ariko muri mwebge hariho bamwe batizera. Kuko Yesu yahereye ubga mbere azi abatizera ab’ ari bo, n’ūzomugura uw’ ari we.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:64
20 Referans Kwoze  

ariko ntimwizera kuko mutari abo mu ntama zanje.


Nta kintu na kimwe mu vyaremwe kinyegejwe imbere y’Imana. Imbere yayo vyose vyambaye ubusa kandi biragaragara. Kandi twese izotubaza ivyo twakoze vyose.


Ariko, imfatiro zikomeye zashizweho n’Imana zirashimangiye. Zanditsweko aya majambo ngo: “Uhoraho arazi abiwe”; kandi ngo: “Abatura izina ry’Uhoraho bose bave mu kugabitanya.”


Kuko Imana yabamenye kera, ibatoraniriza gusa n’Umwana wayo imbere y’igihe, kugira ngo abe imfura muri bene Se benshi.


Yesu amenye ko abigishwa biwe bariko baridoga, arababaza ati: “Mbega ivyo ndababwiye birabatsitaje?


kuko ndabazi, ndazi ko ata gukunda Imana kuri mu mitima yanyu.


uwabimenyekanishije uhereye kera cane.


Kuva ico gihe benshi mu bigishwa biwe baca baragenda ntibasubira kumukurikira.


Ariko nk’uko nabibabwiye, muramaze kumbona yamara ntimurizera.


Naho mutamuzi, jewe ndamuzi. Iyo mvuga ko ntamuzi, nari kuba mbaye umubeshi nkamwe, ariko ndamuzi kandi ndumvira ijambo ryiwe.


Yesu arabandanya ati: “Mwebwe muri abo kuri iyi si, ariko jewe nkomoka hejuru. Muri ab’ino si, ariko jewe sindi uw’ino si.


Simoni Umuzelote, na Yuda Isikariyote umwe yamugurisha.


Benshi bo mu bigishwa biwe bavyumvise baravuga bati: “Izi nyigisho ziragumye. Ni nde yozemera?”


Maze, kuko Yesu yari azi ibigiye kumushikira, arabegera arababaza ati: “Murondera nde?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite