Yohana 6:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe57 Data yantumye ni muzima kandi ndiho ku bwiwe; ni ko n’uwundya na we azobaho ku bwanje. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Nk’uko Data w’ubugingo yantumye, nanje ndiho kubga Data, ni k’ūndya na we azobaho kubganje. Gade chapit la |