Yohana 6:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe56 Umuntu wese arya umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje aguma muri jewe nanje nkaguma muri we. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)56 Ūrya umubiri wanje akanywa amaraso yanje, aguma muri jewe, nanje nkaguma muri we. Gade chapit la |