Yohana 6:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Ivyo ntibisigura ko hari umuntu amaze kubona Data; uwatumwe avuye ku Mana wenyene ni we amaze kubona Data. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 S’ukugira ngo har’ uwabonye Data, atar’ uwavuye ku Mana: uwo ni we yabonye Data. Gade chapit la |