Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ba sogokuruza bacu baririye manu mu bugaragwa. Ivyanditswe bivuga biti: ‘Mose yabahaye imikate ivuye mw’ijuru ngo bayirye.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Ba sogokuruza bacu bārīra manu mu bugaragwa, nk’uko vyanditswe ngo Yabahaye umutsima wo kurya uvuye mw ijuru.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:31
14 Referans Kwoze  

Ba sogokuruza banyu baririye manu mu bugaragwa, yamara barapfuye.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero. Uwuzonesha nzomuha kurya kuri manu yahishijwe. Nzomuha kandi ibuye ryera ryanditseko izina rishasha; ntawuzomenya iryo zina kiretse uwuzohabwa iryo buye.


Bose bariye ivyokurya bimwe vy’impwemu,


Uwu ni wo mukate wamanutse uva mw’ijuru; ntusa na ya manu ba sogokuruza banyu baririye mu bugaragwa ariko bagapfa. Uwurya uwu mukate azobaho ibihe bidashira.”


Yesu arababwira ati: “Ndababwire ukuri, Mose si we yabahaye imikate ivuye mw’ijuru, ariko Data ni we yayibahaye, kandi ni we abaha umukate w’ukuri uvuye mw’ijuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite