Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Baramubaza bati: “Natwe turashaka gukora ibikorwa vy’Imana. None tubigenze gute?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Baramubaza, bati Tugire dute ngo dukore ibikorwa vy’Imana?

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:28
11 Referans Kwoze  

Aca abasohokana hanze, ababaza ati: “Ba nyakwubahwa, nokora iki kugira ngo nkizwe?”


Ariko haguruka ushike mu gisagara, ni ho uzobwirirwa ivyo ukwiye gukora.”


Umusi umwe, umwigisha w’ivyagezwe yavuye hasi kugira ngo atege Yesu umutego, aramubaza ati: “Mwigisha, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?”


Hanyuma haza umusore umwe, aramubaza ati: “Mwigisha, iciza nokora ni ikihe kugira ngo nze ndagwe ubugingo budashira?”


Abari ngaho bose bavyumvise bibacumita mu mitima, babaza Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo benewacu, dukore iki?”


Ntimugakorere ivyokurya bibora, ahubwo nimukorere ivyokurya bihoraho kandi bitanga ubugingo budashira, ivyo Umwana w’Umuntu azobaha, kuko Imana Data ari we yahaye ububasha bwo gukora ivyo.”


Yesu arabishura ati: “Iki ni co gikorwa Imana ishaka ko mukora: nimwizere uwo yatumye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite