Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Bamusanze aho yari ari hakurya y’ikiyaga, baramubaza bati: “Mwigisha, washitse hano ryari?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Bamubonye hakurya y’ikiyaga baramubaza, bati Mwigisha, waje ino ryari?

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:25
6 Referans Kwoze  

Bakunda kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu, bagakunda ko babita Rabi risobanurwa ngo Mwigisha.


Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti.


Ariko mwebwe, ntimukemere ko babita Rabi kuko mufise umwigisha umwe, namwe mukaba muvukana.


Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti, babohera ubwato i musozi.


Muri ico gihe, abigishwa bariko baramwinginga bati: “Rabi, gira ico ufunguye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite