Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ku musi ukurikira, ba bantu isinzi bari basigaye hakurya y’ikiyaga bibuka ko hari ubwato bumwe gusa, kandi ko Yesu atinjiranye n’abigishwa biwe muri bwo, ahubwo ko bijanye bonyene.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Bukeye bg’aho, rya shengero ryari rihagaze hakurya y’ikiyaga, rimenye kw ata bundi bgato bgāriho atari bumwe, kandi yuko na Yesu atājanye n’abigishwa biwe mu bgato, arikw abigishwa biwe ni bo bāri bījanye:

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:22
4 Referans Kwoze  

Hanyuma y’ivyo, Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka i Betesayida; na we asigare arasezera abantu.


Abantu isinzi baramukurikira kuko bari babonye ibitangaza yari yakoze mu gukiza abarwaye.


Ubwo nyene Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka, na we asigare arasezera abantu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite