Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ico gihe, umuyaga wariko urahuhuta cane bituma haba imipfunda myinshi mu kiyaga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ikiyaga gitangura kuzungazunga, kuk’ umuyaga mwinshi uhuhuta.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:18
5 Referans Kwoze  

Ubwato bumaze kugenda urugendo rutari ruto buva ku nkengera, haza umuyaga ubaturutse imbere, maze buzungazungishwa n’imipfunda iteye ubwoba.


Kubera bwari bwije kandi Yesu atari bwagaruke aho bari bari, burira ubwato kugira ngo bajabuke ikiyaga baje i Kaperinawumu.


Bamaze gusoza nk’ibirometero bitanu, babona Yesu agendagenda ku mazi yegera ubwato barimwo, maze bagira ubwoba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite