Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Kubera bwari bwije kandi Yesu atari bwagaruke aho bari bari, burira ubwato kugira ngo bajabuke ikiyaga baje i Kaperinawumu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 batambukira mu bgato, bajabuka baja hakurya y’ikiyaga i Kaperinawumu. Bgateranye Yesu atarabashikīra;

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:17
6 Referans Kwoze  

Hanyuma y’ivyo, Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka i Betesayida; na we asigare arasezera abantu.


Yongera kuja i Kana mu ntara ya Galilaya, hamwe yahindura amazi umuvinyu. Aho hari umutware yakora i bwami yari afise umuhungu arwariye i Kaperinawumu.


Hanyuma y’ivyo, Yesu aja i Kaperinawumu ari kumwe na nyina, na bene nyina n’abigishwa biwe, bahamara imisi mike.


Ico gihe, umuyaga wariko urahuhuta cane bituma haba imipfunda myinshi mu kiyaga.


Yesu yavuze ivyo ariko arigishiriza mw’isinagogi i Kaperinawumu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite