16 Bugorovye, abigishwa ba Yesu bamanuka ku kiyaga.
16 Buhwibiriye, abigishwa biwe bamanuka ku kiyaga,
Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.
Kubera bwari bwije kandi Yesu atari bwagaruke aho bari bari, burira ubwato kugira ngo bajabuke ikiyaga baje i Kaperinawumu.
Bumaze kwira, bwa bwato bwari bugeze hagati mu kiyaga, Yesu we yari akiri ku musozi.