Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Bamaze guhaga bose, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Nimwegeranye utumanyu twasigaye, ntihagire ibipfa ubusa.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bamaze guhāga, abgira abigishwa biwe, ati Ni mutororokanye utumanyagu tw’ imisigazwa, hoye kugira igipfa ubusa.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:12
12 Referans Kwoze  

Yahagije ivyiza abashonje, yirukana abatunzi bagenda imbokoboko.


Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma Abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.


Haciye imisi mike wa muhungu muto yegeranya ubutunzi bwiwe, aja mu gihugu ca kure, yononera rya tunga ryiwe mu buhumbu.


Inyuma y’aho Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Habaye umutunzi yari afise umunyabigega asesagura.


Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite