Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 5:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 None nimba mutizera ivyo yanditse, mwokwizera gute amajambo yanje?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Ariko ni mutizera ivy’ uwo yanditse, amajambo yanje muzoyizera mute?

Gade chapit la Kopi




Yohana 5:47
3 Referans Kwoze  

Ariko Aburahamu aramwishura ati: ‘Batumviye Mose n’abavugishwa n’Imana, nta wundi bokwumvira, n’aho yoba azutse mu bapfuye.’ ”


Aburahamu aramwishura ati: ‘Bafise ivyagezwe vya Mose n’ivyanditswe n’abavugishwa; nibabikurikize.’


Wamenye Ivyanditswe Vyera kuva ukiri umwana, na vyo biguha kugira ubwenge bwo kwakira agakiza kabonerwa mu kwizera Kristo Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite