Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 5:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Na bo baramubaza bati: “Ni nde yakubwiye ngo wikorere ikirago cawe ugendagende?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Baramubaza, bat’ Uyo muntu ni nde yakubariye ngw Ikorere ugende?

Gade chapit la Kopi




Yohana 5:12
6 Referans Kwoze  

Yesu aca asubira mu rusengero hanyuma atangura kwigisha, abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda baza aho ari baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?”


Ndashobora gushinga intahe yuko bafise ishaka ryinshi mu vy’Imana, ariko iryo shaka ryabo ntirihagaze ku bumenyi nyakuri.


Arabishura ati: “Umuntu yankijije ni we yambwiye ati: ‘Ikorere ikirago cawe ugendagende.’  ”


Wa muntu yakize ntiyari azi uwamukijije awo ari we, kuko Yesu yaciye yigira, kandi aho hantu hari abantu benshi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite