Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Nuko haza umugore w’Umunyasamariya kuvoma amazi, Yesu aramubwira ati: “Mpa amazi yo kunywa.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Haza umugore w’Umusamariyakazi kuvoma: Yesu aramubgira, at’ Umpe utwo kunywa.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:7
9 Referans Kwoze  

Nihagira umuntu aha umuntu mutoya mu bigishwa banje igikombe c’amazi apfutse kuko ari umwigishwa wanje, ndababwije ukuri ko atazobura kubihererwa impera.”


Yesu aramwishura ati: “Iyo uba wari uzi ingabire y’Imana, akamenya n’uwugusavye amazi yo kunywa uwo ari we, wari kumusaba na we akaguha amazi y’ubugingo.”


Inyuma y’ivyo, Yesu amenye ko vyose birangiye, kandi kugira ngo Ivyanditswe bishike, aravuga ati: “Ndanyotewe.”


Aho ni ho hari iriba rya Yakobo. Yesu aruhijwe n’urugendo, yicara kuri iryo riba. Aho hari nk’isaha zitandatu z’umurango.


(Ico gihe, abigishwa biwe bari bagiye mu gisagara kurondera ivyokurya.)


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite