Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

52 Ababajije igihe umuhungu wiwe yakiriye, bamubwira bati: “Ejo isaha indwi z’umuhingamo ni ho umururumbo wahera.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Abasiguza cane igihe yatanguye kworoherwa. Baramubgira, bat’ Ejo, kw isaha ndwi, ni ho umururumbo wamuvuyeko.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:52
4 Referans Kwoze  

Akiri mu nzira, abakozi biwe baza kumusanganira bamubwira ko umuhungu wiwe ari muzima.


Se w’umwana aca asanga hari kuri ya saha Yesu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko aca yizera Yesu we n’abo mu nzu yiwe bose.


Hanyuma Yesu aca abwira wa musoda mukuru ati: “Genda bikubere uko nyene uvyizeye.” Ako kanya nyene wa mukozi wiwe aca arakira.


Yesu aca akankamira iyo dayimoni, iva muri uwo mwana, aca akira ako kanya nyene.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite