Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Akiri mu nzira, abakozi biwe baza kumusanganira bamubwira ko umuhungu wiwe ari muzima.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Arikw aramanuka abantu biwe baramusanganira, bat’ Umwana wawe ni muzima.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:51
4 Referans Kwoze  

Se w’umwana aca asanga hari kuri ya saha Yesu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko aca yizera Yesu we n’abo mu nzu yiwe bose.


Yesu aramwishura ati: “Nutahe, umwana wawe ni muzima.” Nuko wa muntu yizera amajambo ya Yesu, aca arataha.


Ababajije igihe umuhungu wiwe yakiriye, bamubwira bati: “Ejo isaha indwi z’umuhingamo ni ho umururumbo wahera.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite